Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 5:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 Nuko arinjira, ababwira ati: “Ni kuki hari induru n’amarira? Umwana ntiyapfuye, arasinziriye.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 Yinjiye arababaza, ati N’iki gitumye mukoma induru murira? Umwana ntahwereye, arikw arasinziriye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 5:39
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Pawulo arururuka, amwubamako, aramubumbatira, avuga ati: “Ntimuhagarike imitima, ni muzima!”


Yaradupfiriye kugira ngo ni yaza, twoba twarapfuye canke twoba tukiriho, tuzobane na we ibihe vyose.


Ni co gituma bamwe muri mwebwe bagira intege nke, bakagwara kandi bamwe muri mwebwe bakaba baranapfuye.


Arababwira, ati: “Nimusohoke. Uwu mwana ntiyapfuye, arasinziriye.” Ariko, abo bantu baramushinyagurira.


Bashitse i muhira kwa wa mukuru w’isinagogi, Yesu ahasanga urwamo rwinshi, abantu barira, abandi na bo bavuza induru n’ijwi rirenga.


Ba bantu baramushinyagurira. Amaze kubasohora bose, yinjirana na se na nyina b’umwana hamwe na ba bigishwa bari kumwe na we, baja aho umwana ari.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ