32 Ariko Yesu abandanya araba hirya no hino kugira ngo arabe ko yobona uwamukozeko.
32 Aberaguzamw’ amaso, ngw abone ūmukozeko.
Yesu arahindukira abwira abigishwa biwe ati: “Biragoye cane ko abatunzi binjira mu Bwami bw’Imana!”
Abigishwa biwe baramwishura bati: “Abantu bariko bakubanda impande zose, none uriko ubaza ngo: ‘Ni nde ankozeko?’ ”
Wa mugore, kuko yari azi ivyamubayeko, aza ajugumira kubera ubwoba, apfukama imbere y’ibirenge vya Yesu, amubwira ukuri kwose.