Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 5:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Abigishwa biwe baramwishura bati: “Abantu bariko bakubanda impande zose, none uriko ubaza ngo: ‘Ni nde ankozeko?’  ”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Abigishwa biwe baramwishura, bat’ Ubone abantu bariko barakubānda, nawe ukagira uti Ni nde ankozeko?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 5:31
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Yesu ajana na we. Kandi hari abantu isinzi bari bamukurikiye, bamubanda.


Ako kanya nyene Yesu yumva ko hari ubushobozi bumuvuyemwo. Ahindukirira rya sinzi ry’abantu, arababaza ati: “Ni nde akoze ku mpuzu zanje?”


Ariko Yesu abandanya araba hirya no hino kugira ngo arabe ko yobona uwamukozeko.


Yesu aca arabaza ati: “Ni nde ankozeko?” Bose babihakanye, Petero aramubwira ati: “Mwigisha, abantu ni benshi kandi bariko barakugunda.”


Bugorovye, bamwe cumi na babiri baza aho Yesu ari bamubwira bati: “Erega rungika aba bantu baje mu bisagara no mu mihana kurondera ivyokurya n’indaro, kuko turi mu gahinga.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ