Mariko 5:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Yari yarivuje ku baganga benshi kandi atanga ivyo yari afise vyose, ariko aho gukira abandanya aremba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 yababajwe cane n’abavūzi benshi bamumarisha ibintu vyiwe vyose abitangamw’ ingemu, ntihāgira ico bamumarira, mber’ arushiriza kurwara; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |