Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 5:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Muri bo harimwo n’umugore yari amaze imyaka cumi n’ibiri arwaye ingwara yo mu gitereko yo kuva amaraso.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Kand’ umugore arwaye ubutinyanka yar’ abimaranye imyaka cumi n’ibiri,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 5:25
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Yesu ajana na we. Kandi hari abantu isinzi bari bamukurikiye, bamubanda.


Yari yarivuje ku baganga benshi kandi atanga ivyo yari afise vyose, ariko aho gukira abandanya aremba.


Aho hari umugore yari amaze imyaka cumi n’umunani amugajwe n’impwemu mbi. Yari yarahetamye umugongo, ntiyashobora kugororoka.


Uwo muntu yari yakize mu buryo bw’igitangaza yari afise imyaka irenga mirongo ine.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ