Mariko 5:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Nuko Yesu ajana na we. Kandi hari abantu isinzi bari bamukurikiye, bamubanda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Aragenda, ajana na we. Ishengero ryinshi riramukurikira rimubanda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |