Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 5:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Yesu amaze kujabuka agasubira hakurya y’ikiyaga, abantu isinzi baraza bakoranira hafi y’ikiyaga aho yari ari.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Nuko Yesu agenda mu bgato, asubira hakurya, ishengero ryinshi rikoranira kuri we; yar’ i ruhande y’ikiyaga.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 5:21
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Yesu atambukira mu bwato, ajabuka hakurya y’ikiyaga aja mu gisagara c’iwabo.


Ikindi gihe Yesu asubira kwigishiriza ku nkengera y’ikiyaga c’i Galilaya, maze abantu isinzi bakoranira aho ari, na we aca atambukira mu bwato abwicaramwo, abantu na bo bahagarara i musozi.


Nuko basiga aho rya sinzi ry’abantu, baja mu bwato Yesu yari yicayemwo, bajana na we. Kandi hari n’ubundi bwato bwajanye n’ubwabo.


Yesu avuye mu bwato, umuntu arimwo impwemu ihumanye aza guhura na we avuye mu mva.


Yesu asubiye inyuma asanganirwa n’abantu isinzi bari bamurindiriye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ