Mariko 5:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Wa muntu aca arataha aca i Dekapolisi, atangura kuvuga ivyo Yesu yamukoreye. Abantu bose bavyumvise baratangara cane. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Aragenda, atangura gukwiza i Dekapoli ivyo Yesu yamukoreye vyose, abantu bose baratangara. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |