Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 5:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Abari baziragiye baca barahunga, baja kubivuga mu gisagara co hafi y’aho no mu misozi ihegereye. Nuko abantu barakorana baza kuraba ivyabaye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Abāziragira barahunga, babivuga mu gisagara no mu misozi: na bo baza kurāba ibibaye ivy’ ari vyo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 5:14
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ntimugahe ivyera vy’Imana imbwa, kandi ivy’agaciro kanini vyanyu, ntimukabiterere ingurube, kuko zohava zibihonyanga, hanyuma zikabahindukirira zikabatabagura.


Abari baragiye izo ngurube baca bariruka barahunga; baja mu gisagara kuvuga ivyabaye, n’ivyashikiye ba bantu babiri bahora baboshwe n’abadayimoni.


Nuko Yesu arabemerera. Izo mpwemu mbi ziva muri wa muntu zinjira muri za ngurube. Izo ngurube zashika nk’ibihumbi bibiri. Nuko ziva kuri wa musozi ziruka zimanuka mu kiyaga zicwa n’amazi.


Bashitse aho Yesu ari, babona wa muntu yari yaraboshwe n’abadayimoni menshi yicaye, yambaye kandi afise ubwenge bukwiye, maze bagira ubwoba.


Abari baragiye izo ngurube babibonye baca bariruka, baja kubivuga mu gisagara no mu mihana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ