Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 5:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Hafi y’aho, hari umukuku w’ingurube zari ziragiwe ku musozi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Kandi kur’ uwo musozi hār’ umukuku mwinshi w’ingurube zirisha:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 5:11
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ntimugahe ivyera vy’Imana imbwa, kandi ivy’agaciro kanini vyanyu, ntimukabiterere ingurube, kuko zohava zibihonyanga, hanyuma zikabahindukirira zikabatabagura.


Hafi y’aho hari umukuku munini w’ingurube zari ziragiwe ku musozi.


Nuko za mpwemu mbi zinginga Yesu zishimitse ngo ntazirukane muri iyo ntara.


Abo badayimoni binginga Yesu bati: “Twemerere uturungike muri ziriya ngurube, tuzinjiremwo.”


Hafi y’aho hari umukuku w’ingurube nyinshi zari ziragiwe ku musozi. Abo badayimoni binginga Yesu ngo abarungike muri izo ngurube, maze arabemerera.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ