Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 5:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Nuko za mpwemu mbi zinginga Yesu zishimitse ngo ntazirukane muri iyo ntara.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Aramwinginga cane ngo ntazirukane mur’ ico gihugu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 5:10
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abigisha b’ivyagezwe bari baje bava i Yerusalemu bavuga bati: “Akoreshwa n’ububasha bwa Beyelizebuli! Umukuru w’abadayimoni ni we amushoboza kwirukana abadayimoni.”


Hafi y’aho, hari umukuku w’ingurube zari ziragiwe ku musozi.


Nuko Yesu arabemerera. Izo mpwemu mbi ziva muri wa muntu zinjira muri za ngurube. Izo ngurube zashika nk’ibihumbi bibiri. Nuko ziva kuri wa musozi ziruka zimanuka mu kiyaga zicwa n’amazi.


Yesu aramubaza ati: “Witwa nde?” Na we arishura ati: “Nitwa Gitero, kuko turi benshi.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ