1 Nuko bashika hakurya y’ikiyaga c’i Galilaya, mu ntara ya Gerasene.
1 Bafata hakurya y’ikiyaga mu gihugu c’Abageraseni.
Ku mugoroba w’uwo musi nyene, Yesu abwira abigishwa biwe ati: “Tujabuke tuje hakurya y’ikiyaga.”
Ba bigishwa batinya cane, barabazanya bati: “Mbega uwu ni umuntu ki, ko umuyaga n’imipfunda na vyo bimwumvira?”