Mariko 4:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe40 Aca abwira abigishwa biwe ati: “Ni kuki mufise ubwoba? Mbega n’ubu nta kwizera mugira?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Arababaza, ati N’iki kibateye ubgoba? Ntimurizera? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |