Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 4:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Ariko arabiba, zimwe zigwa i ruhande y’inzira, hanyuma inyoni ziraza zirazinobagura.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Akibiba, zimwe zigwa i ruhande y’inzira; inyoni ziraza, zirazinobagura.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 4:4
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Iyo umuntu yumvise ubutumwa bw’Ubwami, hanyuma ntabutahure, wa mubi aca aza akarandura icari cabibwe mu mutima wiwe. Izo ni zo mbuto zabibwe i ruhande y’inzira.


Ariko arabiba, zimwe zigwa i ruhande y’inzira, hanyuma inyoni ziraza zirazinobagura.


Abantu bamwe bafise imitima imeze nk’i ruhande y’inzira. Bagiheza kwumva iryo jambo, Satani araza akiba iryo jambo ritewe mu mitima yabo.


“Umviriza! Habaye umurimyi yakiriye imbuto aja kubiba.


Izindi zigwa ku rutare, ahantu hatagira ivu ryinshi; zica zimera ningoga kuko ivu ryari rike.


Abantu bamwe bameze nk’isi y’i ruhande y’inzira. Iyo abo bantu bumvise ijambo ry’Imana, Satani araza akarikura mu mitima yabo kugira ngo ntibizere ngo bakizwe.


“Habaye umurimyi yagiye kubiba imbuto ziwe. Ariko arabiba, zimwe zigwa i ruhande y’inzira, abantu barazihonyanga, inyoni zo mu kirere na zo zirazinobagura.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ