Mariko 4:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe39 Nuko Yesu aravyuka, akankamira uwo muyaga, abwira ikiyaga ati: “Hora, tekereza!” Wa muyaga uca urahagarara, haca haba agahwekere. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)39 Arikangura, azibiza ingunza, abarira ikiyaga, ati Hora, utekereze. Umuyaga uraca, haba agahwekere rwose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |