Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 4:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

36 Nuko basiga aho rya sinzi ry’abantu, baja mu bwato Yesu yari yicayemwo, bajana na we. Kandi hari n’ubundi bwato bwajanye n’ubwabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

36 Basiga abantu hano, bamujana mu bgato yahozemwo, kand’ ayandi mato yari kumwe na bo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 4:36
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Yesu aja mu bwato, kandi abigishwa biwe bajana na we.


Nuko abwira abigishwa biwe ngo bamutegurire ubwato kugira ngo abantu ntibamusite,


Ikindi gihe Yesu asubira kwigishiriza ku nkengera y’ikiyaga c’i Galilaya, maze abantu isinzi bakoranira aho ari, na we aca atambukira mu bwato abwicaramwo, abantu na bo bahagarara i musozi.


Maze haza umuyaga w’igihuhusi ukomeye bituma imipfunda y’amazi yisuka mu bwato, ku buryo bwari bugiye kwuzura amazi.


Yesu avuye mu bwato, umuntu arimwo impwemu ihumanye aza guhura na we avuye mu mva.


Yesu amaze kujabuka agasubira hakurya y’ikiyaga, abantu isinzi baraza bakoranira hafi y’ikiyaga aho yari ari.


Nuko bafata ubwato baja ahantu hiherereye.


Umusi umwe Yesu yabariye abigishwa biwe ati: “Tujabuke tuje hakurya y’ikiyaga.” Nuko batambukira mu bwato, bafata urugendo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ