Mariko 4:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Ariko iyo gatewe, karakura kakaba igiterwa kiruta ibindi vyose. Amashami yaco arakura, akaba manini kugeza n’aho inyoni ziza zikarika mu gitutu caco.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 arikw iyo gatewe, karakura, kakaba kanini, kakaruta ibirimwa vyose, kagashamika amashami manini, kand’ inyoni zo mu kirere zishobora kwārika ivyāri mu gitūtu cako. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |