Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 4:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Yesu yongera kuvuga ati: “Mbega Ubwami bw’Imana twobugereranya n’iki? Twokoresha uwuhe mugani mu kubusigura?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Kand’ arababaza, at’ Ubgami bg’Imana tubushushanye n’iki? Canke tubusobanurishe umugani ki?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 4:30
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mbega abantu ba kino gihe nobagereranya n’iki? Bameze nk’abana bicaye mu mayirabiri hanyuma bagahamagara abandi bana, bati:


Yesu abacira uwundi mugani ati: “Ubwami bw’ijuru bugereranywa n’umuntu yabivye imbuto nziza y’uburo mu murima wiwe.


Ubwami bw’Imana busa n’akabuto k’igiterwa citwa mutaride. Ako kabuto ni gato kurusha izindi zose kw’isi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ