Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 4:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 haba mw’ijoro canke ku murango, asinziriye canke ari maso, izo mbuto ziramera, zigakura, ariko we ntamenya uko bigenda.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 bgije agasinzira, bugaca akavyuka, imbuto zikamera, zigakura, atazi ingene zakuze.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 4:27
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu yongera kubabwira ati: “Uku ni ko Ubwami bw’Imana bugereranywa: Iyo umuntu abivye imbuto mu murima wiwe,


Isi ubwayo ni yo ituma icabibwe gikura kandi kikama: ubwa mbere haza umutumba waco, hagakurikira umuyange, hanyuma intete.


Bene Data, birabereye ko dushima Imana ku bwanyu, kuko ukwizera kwanyu kubandanya gukomera, kandi n’urukundo mugiriranira hagati yanyu na rwo rukaba ruguma rugwira.


Ariko mukurire mu buntu no mu kumenya neza Umwami n’Umukiza wacu Yesu Kristo. Icubahiro kibe iciwe uhereye ubu n’ibihe bidashira! Amen.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ