Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 4:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Nta canyegejwe kitazonyegururwa, kandi nta cagizwe ibanga kitazomenyekana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Kukw ata canyegejwe kitazoserurwa, cank’ icagizwe ibanga kitazoja ahabona.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 4:22
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kuko ata canyegejwe kitazonyegururwa, kandi ata cagizwe ibanga kitazomenyekana.


Kuko ata na kimwe mu vyo Imana yashaka ko mumenya vyose ntababwiye.


Twebwe ntidushobora kureka kuvuga ivyo twiboneye kandi twiyumviye.”


Ni co gituma mudakwiye guca urubanza igihe co guca imanza kitaragera; nimurindire gushika Umwami Yesu agarutse. Ni we azonyegurura ivyanyegejwe mu mwijima, yongere ashire ahabona ivyiyumviro vyo mu mitima y’abantu. Aho ni ho umuntu wese azohabwa n’Imana ishimwe rimukwiye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ