Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 4:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Yesu yongera kubabwira ati: “Mbega hari umuntu yodomeka itara akaryubikako igiseke canke akarishira musi y’igitanda? Mbega ntibarishira aho risanzwe riterekwa?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Kand’ arababaza, ati Mbeg’ itara rizanwa ngo baryubikekw igisimbo canke barishire mu rutara, ntirishirwa ku gitereko caryo?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 4:21
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ni ko bimeze no kw’itara, nta woridomeka ngo ace aryubikako igiseke. Ahubwo arishira ku giterekwako itara kugira ngo riboneshereze abari mu nzu bose.


Nta muntu yodomeka itara ngo aheze arihishe canke ngo aryubikeko igiseke. Ariko arishira ku giterekwako itara kugira ngo riboneshereze abinjira mu nzu bose.


Nta wudomeka itara hanyuma ngo aryubikeko igiseke canke ngo arinyegeze musi y’uburiri. Ahubwo aritereka ku giterekwako itara kugira ngo riboneshereze abinjira mu nzu.


Mpwemu w’Imana yiyerekanira mu ngabire kuri umwe umwe wese ku neza ya bose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ