Mariko 4:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Abandi imitima yabo imeze nk’umurima ufise ivu ryiza. Abo na bo ni abumva ijambo ry’Imana bakaryakira maze bakama ivyamwa, bamwe mirongo itatu, abandi mirongo itandatu, abandi ijana.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Abābibge mw ivu ryiza, abo ni bo bumva iryo jambo bakaryemera, bagahunda impeke, umwe mirongwitatu, uwundi mirongwitandatu, uwundi ijana, birtyo birtyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |