Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 4:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Nuko abigisha vyinshi mu migani, ababwira ati:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Abigisha vyinshi mu migani, ababgira mur’ ukwo kwigisha kwiwe,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 4:2
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abigishwa biwe baramwegera baramubaza bati: “Ni kuki wigisha abantu ukoresheje imigani?”


Maze abigisha vyinshi mu migani, avuga ati: “Umubivyi yagiye kubiba imbuto ziwe.


Yesu amaze kuvuga ivyo, abantu batangazwa n’inyigisho ziwe;


Nuko Yesu ava i Kaperinawumu aja mu ntara ya Yudaya, hakurya y’uruzi Yorodani. Na ho nyene abantu isinzi baza aho ari, aca arabigisha nk’uko yari asanzwe abikora.


Nuko Yesu atangura kubigisha akoresheje imigani. Arababwira ati: “Umuntu yateye imizabibu mw’itongo ryiwe, ararizitirira, yimba ikinogo co kuganiramwo imizabibu, yubaka n’umunara wo gucungererako urwo ruzabibu. Hanyuma azeza uwo murima abarimyi, afata urugendo rwa kure.


Akiriko arigisha, Yesu avuga ati: “Mwirinde abigisha b’ivyagezwe. Bakunda kugendagenda bambaye amakanzu maremare y’icubahiro, no kuramutswa mu cubahiro mu makoraniro y’abantu.


Yesu arabahamagara ababwira mu migani ati: “Mbega Satani yokwirukana Satani gute?


Arabishura ati: “Mwebwe mwahawe kumenya amabanga y’ivy’Ubwami bw’Imana. Ariko ku batabihawe, nkoresha imigani


“Umviriza! Habaye umurimyi yakiriye imbuto aja kubiba.


Ico gihe, umuherezi mukuru yariko arasambisha Yesu ku vyerekeye abigishwa biwe n’inyigisho ziwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ