Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 4:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Nuko Yesu arababaza ati: “Mbega ntimutahura uwo mugani? None iyindi mwoyitahura gute?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Kand’ arababaza, ati Ntimuzi uwo mugani? Non’ imigani yose muzoyitahura mute?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 4:13
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze abigisha vyinshi mu migani, avuga ati: “Umubivyi yagiye kubiba imbuto ziwe.


Yesu aca ababwira ati: “Yemwe bantu b’ubwenge buke mwe! Birabagora kwizera mu mitima yanyu ivyo abavugishwa n’Imana bavuze.


Uwo nkunda ndamukankamira, nkanamuhana. None rero, gira umwete, wihane.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ