Mariko 4:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Ikindi gihe Yesu asubira kwigishiriza ku nkengera y’ikiyaga c’i Galilaya, maze abantu isinzi bakoranira aho ari, na we aca atambukira mu bwato abwicaramwo, abantu na bo bahagarara i musozi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Atangura ukundi gusha kwigishiriza ku nkombe y’ikiyaga. Ishengero ryinshi cane rikoranira kuri we, bimutera gutambukira mu bgato buri mu kiyaga, yicaramwo, ishengero ryose riguma ku nkombe y’ikiyaga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |