Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 3:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Abafarisayo baca baragenda baja inama n’abayoboke ba Herode, barondera ingene bokwica Yesu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Abafarisayo barasohoka, baca bamugīra inama n’abantu ba Herode ngo babone ingene bomwica.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 3:6
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abafarisayo baca baragenda baja kugira inama barondera ingene bokwica Yesu.


Barungika bamwe mu bigishwa babo bari kumwe n’abashigikiye Herode Antipa. Baramubwira bati: “Mwigisha, turazi ko utunganye, kandi ko wigisha inzira ihimbara Imana mu kuri kwose. Ntuhengamira ku ruhande na rumwe kuko utarobanura abantu ufatiye ku cubahiro cabo.


Mu nyuma abakuru b’idini barungika bamwe mu Bafarisayo bari kumwe n’abashigikiye Herode Antipa kugira ngo batege umutego Yesu, bamufatire ku majambo avuga.


Bariko barajabuka arabagabisha ati: “Mwirinde umwambiro w’Abafarisayo n’uwa Herode.”


abakuru b’abaherezi n’abigisha b’ivyagezwe barondera akaryo ko kwica Yesu, ariko batinya abantu.


Ariko ba Bafarisayo n’abigisha b’ivyagezwe barashavura cane, batangura kuja inama babazanya bati: “Yesu tumugire dute?”


Kuva uwo musi baca batangura gutegura ingene bokwica Yesu.


Ni wewe wavugiye muri Mpwemu Yera uciye mu kanwa k’umusavyi wawe, sogokuruza wacu Dawidi, uti: ‘Ni kuki abanyamahanga bateye umuvurungano, n’amoko akagira inama z’ubusa?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ