Mariko 3:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Arababaza ati: “Mbega ni igiki cemewe gukorwa ku musi w’Isabato: Gukora iciza canke gukora ikibi? Gukiza umuntu canke kumwaka ubugingo?” Ntihagira uwumwishura. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Arababaza, ati Mbeg’ ivyemerwa n’ugukora ivyiza kw isabato canke n’ugukora ibibi? Gukiza umuntu canke kumwica? Barihorera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |