Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 3:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Nuko yeraguza mu bari bamukikije, avuga ati: “Aba ni bo mama kandi ni bo bene mama.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Yeraguza amaso abari bicaye impande zose bamukikije, ati Ngaba mama na bene mama:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 3:34
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu aca arababwira ati: “Ntimutinye; nimugende mubwire bene Data baje i Galilaya, aho ni ho tuzobonanira.”


Arababaza ati: “Mama ni nde kandi bene mama ni ba nde?”


Maze atangazwa cane n’ukutizera kwabo. Nuko Yesu agendagenda yigisha, ava mu mihana aja mu yindi.


Yesu aramubwira ati: “Ntumfatire, kuko ntaraja kwa Data. Ahubwo genda ubwire bene Data ko mvuze nti: ‘Ngiye kuduga kwa Data ari we So, Imana yanje ari yo Mana yanyu.’ ”


Kuko Imana yabamenye kera, ibatoraniriza gusa n’Umwana wayo imbere y’igihe, kugira ngo abe imfura muri bene Se benshi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ