Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 3:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Bene nyina ba Yesu na nyina baraza bahagarara hanze, batuma umuntu kumuhamagara.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Maze nyina na bene nyina baraza, batuma kumuhamagara, bahagaze hanze.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 3:31
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abo mu muryango wiwe bavyumvise, baja kumufata, kuko bivuga bati: “Yasaze.”


Ivyo yabivuze kuko bariko bavuga ngo arimwo impwemu mbi.


Abantu bari bamukikije baramubwira bati: “Nyoko na bene nyoko bari hanze kandi barakurondera.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ