Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 3:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Ivyo yabivuze kuko bariko bavuga ngo arimwo impwemu mbi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Icatumye avuga artyo n’uko bavuze ngw Arimw’ impwemu ihumanye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 3:30
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abigisha b’ivyagezwe bari baje bava i Yerusalemu bavuga bati: “Akoreshwa n’ububasha bwa Beyelizebuli! Umukuru w’abadayimoni ni we amushoboza kwirukana abadayimoni.”


Ariko umuntu wese atuka Mpwemu Yera ntazokwigera abibabarirwa, icaha ciwe kizohoraho ibihe bidashira.”


Bene nyina ba Yesu na nyina baraza bahagarara hanze, batuma umuntu kumuhamagara.


Benshi muri bo bavuga bati: “Aboshwe n’umudayimoni kandi arasara. Ni kuki mumwumviriza?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ