Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 3:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 Ariko umuntu wese atuka Mpwemu Yera ntazokwigera abibabarirwa, icaha ciwe kizohoraho ibihe bidashira.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 arik’ umuntu wese azorogota kuri Mpwemu Yera nta ho azoharirwa, kand’ azoba akoze icaha c’ibihe bidashira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 3:29
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Hanyuma bazoca baja mu gihano c’ibihe bidashira, ariko abagororotsi bo bazoja mu bugingo budashira.”


Bamwe mu bigisha b’ivyagezwe baravugana bati: “Uwo mugabo atutse Imana!”


Barya amazu y’abapfakazi bakabatwara ivyabo, kandi bakabandanya biyerekana nk’abantu beza mu gusenga amasengesho maremare. Ni co gituma bazohanwa kurusha abandi.”


Ivyo yabivuze kuko bariko bavuga ngo arimwo impwemu mbi.


Kandi umuntu wese atuka Umwana w’Umuntu azobiharirwa, ariko uwutuka Mpwemu Yera ntazobiharirwa.


Bazohanishwa ugutabwa mu muriro udashira no gutandukanywa n’Umwami hamwe n’ubwiza n’ububasha vyiwe.


Ibikorwa biteye isoni vyabo vyiyerekana nk’ifuro rikwiragizwa n’imipfunda yo mu kiyaga. Bameze n’inyenyeri ziyerera, zabikiwe gutererwa mu cobo c’umwijima w’umuzitanya w’ibihe bidashira.


Kandi mwibuke Sodomu na Gomora n’ibisagara vyari bihakikije. Abantu baho bihaye gukora ivyaha vy’ubuhumbu n’ivy’ubusambanyi vy’ubwoko bwose. Ni co catumye Imana yabatanzeko akarorero mu kubahanisha umuriro udashira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ