Mariko 3:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Nta muntu yokwinjira mu nzu y’umunyenkomezi ngo amunyage ivyo atunze atabanje kumuboha. Aho ni ho honyene ashobora kumunyaga ivyiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Kandi nta muntu yoshobora kwinjira mu nzu y’umuntu w’inkomezi kumusahura ibintu, atabanje kuboha wa munyenkomezi, maz’ akabona kumusahura ivyo mu nzu yiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |