25 Kandi iyo umuryango wiciyemwo ibice, ntushobora kurama.
25 Inzu ni yitandukanya ubgayo, iyo nzu ntizoshobora kurama.
Iyo ubwami bwiciyemwo ibice, buba bugiye gusenyuka.
Iyo Satani yigwanije akicamwo ibice, ntashobora guhagarara, ivyiwe biba biheze.
Ariko nimba mwama mufise ivyo mupfa, mukama muryana, mwirinde ntimumarane.
Kuko aho ishari n’ukwikunda vyiganziye, ni naho hari umuvurungano n’ibikorwa bibi vyose.