24 Iyo ubwami bwiciyemwo ibice, buba bugiye gusenyuka.
24 Ubgami iyo bgitandukanije ubgabgo, ubgo bgami ntibushobora kurama.
Yesu amenye ivyo bariko bariyumvira, aca ababwira ati: “Ubwami bwose bwiciyemwo ibice buba bugiye gusenyuka. Kandi iyo igisagara canke umuryango vyiciyemwo ibice ntibishoboka ko birama.
Yesu arabahamagara ababwira mu migani ati: “Mbega Satani yokwirukana Satani gute?
Kandi iyo umuryango wiciyemwo ibice, ntushobora kurama.
Ndabasengeye ngo bose babe umwe; nk’uko wewe Data uri muri jewe nanje nkaba muri wewe, nibabe umwe muri twebwe, kugira ngo isi yizere ko wantumye.