Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 3:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Yesu arabahamagara ababwira mu migani ati: “Mbega Satani yokwirukana Satani gute?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Arabahamagara, abacira umugani, ati Satani yoshobora ate gusenda Satani?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 3:23
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze abigisha vyinshi mu migani, avuga ati: “Umubivyi yagiye kubiba imbuto ziwe.


Ivyo vyose Yesu yabibwira abantu mu migani; nta kintu na kimwe yababwira adakoresheje imigani.


Yesu aramwishura ati: “Mva i ruhande Satani! Kuko handitswe ngo: ‘Usenge Uhoraho Imana yawe, kandi abe ari yo yonyene ukorera.’”


Nuko Yesu atangura kubigisha akoresheje imigani. Arababwira ati: “Umuntu yateye imizabibu mw’itongo ryiwe, ararizitirira, yimba ikinogo co kuganiramwo imizabibu, yubaka n’umunara wo gucungererako urwo ruzabibu. Hanyuma azeza uwo murima abarimyi, afata urugendo rwa kure.


Iyo ubwami bwiciyemwo ibice, buba bugiye gusenyuka.


Arabishura ati: “Mwebwe mwahawe kumenya amabanga y’ivy’Ubwami bw’Imana. Ariko ku batabihawe, nkoresha imigani


Nuko abigisha vyinshi mu migani, ababwira ati:


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ