Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 3:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Hanyuma Yesu aja i muhira, maze abantu benshi basubira gukoranira aho ari, ku buryo we n’abigishwa biwe bitashoboka ko bafungura.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 ishengero ryongera gukoranira kuri we, bituma babura ingene botamira n’agatsima.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 3:20
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Aho guhora, wa muntu aca aragenda atangura kuvuga no gukwiragiza iyo nkuru. Ivyo vyatumye Yesu adasubira kuja mu gisagara ku mugaragaro ahubwo aca aguma hanze kure yaco ahantu hihishije. Ariko na ho nyene abantu barahamusanga bavuye mu mihingo myinshi.


Haciye imisi, Yesu asubira i Kaperinawumu, maze inkuru iramenyekana ko yagarutse i muhira.


na Yuda Isikariyote, ari we yahavuye amugurisha.


Yesu n’abigishwa biwe bava aho hantu baja ku kiyaga c’i Galilaya, maze abantu benshi baramukurikira bavuye i Galilaya, i Yudaya,


Nuko abwira abigishwa biwe ngo bamutegurire ubwato kugira ngo abantu ntibamusite,


Kubera hari uruja n’uruza rw’abantu benshi ku buryo batashobora no kuronka akaryo ko gufungura, Yesu aca ababwira ati: “Nimuze tuje mu kibanza gitekanye, turuhuke.”


Yesu amaze kuva aho abantu bari akaja mu nzu, abigishwa biwe bamusaba ngo abasigurire uwo mugani.


Mu nyuma y’ivyo, Yesu yinjiye mu nzu, abigishwa biwe baramubaza biherereye bati: “Ni kuki twebwe vyatunaniye kwirukana irya dayimoni?”


Hanyuma Yesu ava kuri uwo musozi amanukana na bo, bashika ahantu hateze, bahasanga isinzi ry’abigishwa biwe, hamwe n’abandi bantu benshi bari baje bava i Yudaya, i Yerusalemu, no mu micungararo y’intara za Tiro na Sidoni yegereye ikiyaga,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ