Mariko 3:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Bamwe mu bari aho bamuhanga amaso ngo barabe ko amukiza, kuko bashaka ico bafatirako kugira ngo bamwagirize ko yakoze ku musi w’Isabato kandi kizira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 baramugenza ngo barābe kw amukiza kw isabato, ngo bamurege. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |