Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 3:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Hanyuma Yesu aduga ku musozi ahamagara abo ashaka, na bo baza aho ari.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Maz’ adūga umusozi muremure, ahamagara abo agomba, baza kuri we.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 3:13
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu abonye abantu baje ari benshi, aca aduga umusozi. Amaze kwicara, abigishwa biwe baramwegera,


Maze atoranyamwo cumi na babiri, abita intumwa, kugira ngo babane na we yongere abatume kuvuga Ubutumwa Bwiza;


Akoranya abigishwa biwe cumi na babiri, abarungika ari babiri babiri, abaha ububasha bwo kwirukana impwemu zihumanye.


Umusi umwe Yesu yakoranije bamwe cumi na babiri, abaha ububasha bwo kwirukana abadayimoni no gukiza ingwara,


Nuko Yesu aduga ku musozi yicarana n’abigishwa biwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ