Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 3:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 kuko yari yakijije abantu benshi bituma abarwaye bandi barondera kumukorako.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Kuko yakijije benshi, ni co catumye abāri bafise ivyago bose bamuhenukirako, ngo bamukoreko.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 3:10
18 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu abimenye aca ava ngaho, maze abantu benshi baramukurikira hanyuma akiza abarwaye bose bari muri bo,


Yesu amaze kuva mu bwato abona abantu isinzi, bamutera ikigongwe, aca abakiriza abarwaye.


Maze baramwinginga ngo yemerere abarwaye bapfume bakora no ku musozo w’impuzu yiwe, kandi ababukorako bose baca bakira.


Ico gihe Yesu agendagenda mu ntara yose ya Galilaya yigishiriza mu masinagogi yaho, avuga Ubutumwa Bwiza bw’Ubwami, akiza abantu ingwara zose n’ubumuga bwose.


Yesu aramubwira ati: “Mwana wanje, ukwizera kwawe kuragukijije, igire amahoro kandi ukire icago cawe.”


Kandi aho yaja hose, haba mu mihana, mu bisagara canke mu misozi, abantu bazana abarwaye babo bakabashira ahabona, maze bakamwinginga ngo abareke bakore ku musozo w’impuzu yiwe, kandi ababukorako bose baca bakira.


Bashitse i Betesayida, bamuzanira impumyi baramwinginga ngo ayikoreko, ayikize.


Nuko yinjira muri bumwe; ubwo na bwo bwari ubwa Simoni, amusaba ngo abwigize mu mazi kure y’isi gato, na we abwicaramwo, atangura kwigisha abantu.


kandi abantu bose bagerageza kumukorako, kuko ububasha bwo gukiza ingwara bwamuvamwo bugakiza abantu bose.


Aho hari umusoda mukuru w’Umuroma yari afise umukozi yakunda cane. Uwo mukozi yari arwaye, ari hafi yo gupfa.


Ako kanya nyene Yesu aca akiza abantu benshi bari bafise ingwara n’ubumuga butandukanye, ababoshwe n’impwemu mbi, ahumura n’impumyi nyinshi.


Vyatuma kandi abantu benshi bama bazana abagwaye bakabaryamika mu nderuzo no ku birago i ruhande y’inzira, kugira ngo Petero arenganye igitutu ciwe gipfume kibacako.


kuko Uhoraho aha indero abo akunda, kandi ahana abo yemera ko ari abana biwe.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ