Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 3:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Ikindi gihe Yesu yinjira mw’isinagogi ahasanga umuntu akongataye ukuboko.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Yongera kwinjira mw isinagogi; kandi hār’ umuntu anyunyutse ukuboko;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 3:1
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Yesu ajana na bo i Kaperinawumu. Umusi w’Isabato ushitse, yinjira mw’isinagogi arigisha.


Nuko agendagenda mu ntara ya Galilaya yose, avuga Ubutumwa Bwiza mu masinagogi, yirukana n’abadayimoni.


ni co gituma Umwana w’Umuntu ari na we Mwami w’Isabato.”


Muri ayo mabaraza, hari haryamye abarwayi benshi, harimwo impumyi, abacumbagira, n’abanyunyutse. [Bari barindiriye ko amazi azikuruka.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ