Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 2:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Bamwe mu bigisha b’ivyagezwe bari ngaho batangura kwibaza mu mitima yabo bati:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Ariko hārih’ abanyabgenge b’ivyanditswe bamwe bicayeho, bībūranya mu mitima,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 2:6
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu abonye ukwizera kwabo, abwira ca kimuga ati: “Mwana wanje, ivyaha vyawe urabihariwe.”


“Uwo mugabo yubahutse gute kuvuga gutyo? Ukwo ni ugutuka Imana! Imana yonyene ni yo ishobora guharira ivyaha!”


Yesu yari azi ivyo bariko baravugana, ni ko kubabwira ati: “Ni kuki muvugana ku vyo kutagira imikate? N’ubu ntimurabona canke ngo mutahure? Imitima yanyu irakomantaye ku buryo idashobora gutahura?


Dusambura ivyiyumviro bibi vyose vyishize hejuru mu kubuza abantu kumenya Imana, tugafata mpiri ivyiyumviro vy’abagarariji vyose tukabashikana ku kwubaha Kristo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ