Mariko 2:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Yesu abonye ukwizera kwabo, abwira ca kimuga ati: “Mwana wanje, ivyaha vyawe urabihariwe.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Yesu abonye ukwizera kwabo, abgira ico kimuga, ati Mwana wanje, ivyaha vyawe urabihariwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |