Mariko 2:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Ariko kubera ubwinshi bw’abantu, ntivyakunda ko bashikira Yesu. Nuko basambura ahantu hato ku nzu hejuru y’aho Yesu yari ari, bururukirizamwo ya nderuzo wa muntu aryamyeko. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Babuze ingene bamushikīra kubg’ ishengero, basambura inzu hejuru y’ah’ atumbereye; bahejeje kuhatobora, bururukirizamw’ inderuzo, iryamyemw’ ico kimuga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |