3 Nuko haza abantu bane bateruye ku nderuzo umuntu akongataye.
3 Haza abazanye ikimuga, bagiteruye ari bane.
Nuko inkuru ziwe zikwiragira hose, gushika no muri Siriya. Bamuzanira abarwayi bose: abafise ububabare butandukanye, ababoshwe n’abadayimoni, abarwaye intandara, hamwe n’abatikakaza kubera bababara mu mubiri; bose arabakiza.