Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 2:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Yesu aca arababwira ati: “Isabato yashizweho ku neza y’umuntu, umuntu ntiyaremewe kuganzwa na yo,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Kand’ arababgira, at’ Isabato yabayeho kubg’ umuntu, arik’ umuntu si we yabayeho kubg’ isabato.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 2:27
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ni co gituma Umwana w’Umuntu ari na we Mwami w’Isabato.”


Maze Yesu arababaza ati: “Mbega ni igiki cemewe gukorwa ku musi w’Isabato? Gukora iciza canke gukora ikibi? Gukiza ubuzima bw’umuntu, canke kubwica?”


Nimba mushobora gukeba umwana w’umuhungu ku musi w’Isabato kugira ngo mwubahirize icagezwe ca Mose, ni kuki munshavurira iyo nkijije umuntu ku musi w’Isabato.


Imibabaro yose ducamwo ni ku bwanyu, kugira ngo ubuntu bw’Imana buriko burashikira benshi butume amashimwe asesekara, maze Imana ihabwe icubahiro.


Nuko rero ntimwemere ko hagira umuntu n’umwe abacira urubanza ku vyo murya canke munywa, canke ku misi mikuru y’idini, haba iy’ukwezi guserutse canke umusi w’Isabato.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ