Mariko 2:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Yinjiye mu nzu y’Imana, mu gihe c’umuherezi mukuru Abiyatari, arya imikate yashikaniwe Imana; kandi abaherezi ari bo bonyene bari bemerewe kuyirya; yongera ahako n’abari kumwe na we.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Ingene yinjiye mu nzu y’Imana, mu misi ya Abiyatari umuherezi mukuru, akarya imitsima y’ibiterekērwa, ar’ umuziro kuribga, ukūye abaherezi, akayihako n’abāri kumwe na we? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |