Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 2:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Yesu arabishura ati: “Mbega ntimurasoma ivyo Dawidi yakoze igihe we n’abo bari kumwe bari bashonje, ata co kurya bafise?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Na we arababaza, ati Nta ho murasoma ico Dawidi yakoze, aho yar’ aburaniwe ashonje, bo n’abāri kumwe na we?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 2:25
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu arabishura ati: “Ntimurasoma ko mu ntango Umuremyi yabaremye ari umugabo n’umugore,


Babaza Yesu bati: “Mbega urumva ivyo aba bana bariko baravuga?” Na we arabishura ati: “Egome. Mbega ntimurasoma Ivyanditswe bivuga ngo: ‘Mu kanwa k’abana bato n’inzoya, wahironkeye amashimwe’?”


Yesu aca ababwira ati: “Nta ho murasoma mu Vyanditswe havuga ngo: ‘Ibuye abubatsi bagaye ni ryo ryahindutse irigumya imfuruka; ibi Uhoraho ni we yabikoze, kandi ni igitangaza mu maso yacu?’


Ku bijanye n’izuka ry’abapfuye, mbega Nta ho murasoma mu Vyanditswe ingene Imana yavuze iti:


Amaze gusenga yisonzesheje imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine, yumva arashonje.


Rero, harigeze kuba abavukana indwi. Mukuru muri bo ararongora, ariko apfa atavyaye.


Ku bijanye n’izuka ry’abapfuye, mbega Nta ho murasoma mu gitabu ca Mose, aho yandika ivy’igisaka caka kitarurumba? Handitswe ko Imana yamubwiye iti: ‘Ndi Imana ya Aburahamu, ya Isaka, n’iya Yakobo.’


Abafarisayo baramubaza bati: “Ni kuki abigishwa bawe bakora ibitemewe ku musi w’Isabato?”


Yinjiye mu nzu y’Imana, mu gihe c’umuherezi mukuru Abiyatari, arya imikate yashikaniwe Imana; kandi abaherezi ari bo bonyene bari bemerewe kuyirya; yongera ahako n’abari kumwe na we.”


Yesu aramwishura ati: “Ivyagezwe vya Mose bivuga iki? Ubitahura gute?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ