Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 2:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Yesu arabishura ati: “Mbega abatumire b’umukwe bokwisonzesha bakiri kumwe na we mu musi mukuru? Ntibishoboka!

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Yesu arababaza, ati Mbeg’ abātowe bokwisonzesha bate, bakiri kumwe n’umukwe? Umukwe akiri kumwe na bo ntibashobora kwisonzesha.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 2:19
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu arabishura ati: “Mbega abatumire b’umukwe bogandara bakiri kumwe na we? Ariko hazogera aho umukwe abakurwamwo; ico gihe rero bazoheza bisonzeshe.


Ikindi gihe, abigishwa ba Yohana n’abigishwa b’Abafarisayo bari bisonzesheje. Maze abantu baza aho Yesu ari baramubaza bati: “Ni kuki abigishwa ba Yohana Umubatizi n’abigishwa b’Abafarisayo bisonzesha, ariko abigishwa bawe ntibisonzeshe?”


Ariko hazogera aho umukwe abakurwamwo; ico gihe bazoheza bisonzeshe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ