Mariko 2:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Yesu yongera kuja ku nkengera y’ikiyaga c’i Galilaya. Nuko abantu benshi baza aho ari na we atangura kubigisha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Arasohoka, yongera kuja i ruhande y’ikiyaga: ishengero ryose riza kuri we, arabigisha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |