Mariko 16:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Nuko ba bagore barasohoka barahunga baja kure ya ya mva bajugumira kandi bazazaniwe, ntibagira n’umwe babibwira kuko bari bafise ubwoba bwinshi. [ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Bava mu mva, barahunga, kuko bari bafashwe n’agatengo n’akumiza, maze ntibāgira ico babgira umuntu n’umwe, kuko batinye. [ အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |